Yobu 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwawe ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe be n’ibintu vyose afise, hirya no hino? Igikorwa c’amaboko yiwe waragihezagiye+, n’ibitungwa vyiwe vyarakwiye mw’isi.
10 Ubwawe ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe be n’ibintu vyose afise, hirya no hino? Igikorwa c’amaboko yiwe waragihezagiye+, n’ibitungwa vyiwe vyarakwiye mw’isi.