Itanguriro 41:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze ehe amahundo indwi y’intete akabiranye, yonze, yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, yariko arakura mu nyuma zayo.
23 Maze ehe amahundo indwi y’intete akabiranye, yonze, yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, yariko arakura mu nyuma zayo.