Itanguriro 41:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abona n’amahundo indwi y’intete, yonze kandi yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, ariko akura mu nyuma zayo+. Zaburi 129:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bazocika nk’ivyatsi bitoto vyo ku bisenge+,Vyuma imbere y’uko birandurwa+,
6 Abona n’amahundo indwi y’intete, yonze kandi yababuwe n’umuyaga wo mu buseruko+, ariko akura mu nyuma zayo+.