Itanguriro 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Yehova amubwira ati: “Ku bw’ico, uwo wese azokwica Kayini azobihorwa incuro indwi+.” Yehova ashiriraho Kayini ikimenyetso kugira ngo uwo wese amubonye ntamwice+. Abalewi 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.
15 Mugabo Yehova amubwira ati: “Ku bw’ico, uwo wese azokwica Kayini azobihorwa incuro indwi+.” Yehova ashiriraho Kayini ikimenyetso kugira ngo uwo wese amubonye ntamwice+.
18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.