Itanguriro 41:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Muri ya myaka indwi y’umusesekara igihugu kibandanya kwimbuka vyinshivyinshi+. Itanguriro 47:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yozefu aca ashinga ingingo, iyigikurikizwa gushika n’uyu musi ku matongo ya Misiri, yuko Farawo yoza araronka gushika ku bingana n’ica gatanu. Amatongo y’abaherezi, uko bagize umugwi uri ukwawo, ni yo gusa atacitse aya Farawo+.
26 Yozefu aca ashinga ingingo, iyigikurikizwa gushika n’uyu musi ku matongo ya Misiri, yuko Farawo yoza araronka gushika ku bingana n’ica gatanu. Amatongo y’abaherezi, uko bagize umugwi uri ukwawo, ni yo gusa atacitse aya Farawo+.