Itanguriro 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+. Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.
12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+.
9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.