Itanguriro 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+.
12 Mu nyuma Izahaki atangura kubiba imbuto muri ico gihugu+, muri uwo mwaka aronka ingero ijana ku ngero imwimwe+, kuko Yehova yamuhezagira+.