ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kikaba ari igihugu Yehova Imana yawe yitaho. Amaso+ ya Yehova Imana yawe yama kuri co, kuva mu ntango z’umwaka gushika ku mpera z’umwaka.

  • Zaburi 104:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Amereza ibikoko ivyatsi bitoto+,

      N’ibimera ngo abantu bavyikoreko+,

      Ngo atume ibifungurwa bisokoroka biva mw’ivu+,

  • Zaburi 147:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Umwe apfukisha amajuru ibicu+,

      Umwe ategurira isi imvura+,

      Umwe atuma imisozi inagako ivyatsi bitoto+.

  • Ivyakozwe 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 naho mu vy’ukuri itaretse ngo igume itagira ikiyishingira intahe mu kuba yarakoze ivyiza+, ikabaha imvura+ iva mw’ijuru n’ibiringo vyimbuka, ikanengesereza imitima yanyu ibifungurwa be n’urweze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika