ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Imana yongera kuvuga iti: “Ehe ndabahaye ibimera vyose vyama imbuto biri ku buringanire bw’isi yose, n’igiti cose kiriko ivyamwa vy’igiti cama imbuto+. Nibibabere ibifungurwa+.

  • Itanguriro 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi buzokumerera amahwa n’ibitovu+, kandi uzorya ibimera vyo mw’itongo.

  • Itanguriro 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Igikoko kigendagenda cose kizima kirashobora kubabera ibifungurwa+. Ndabibahaye vyose+ nk’uko nabahaye ibimera bitoto.

  • Yobu 38:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kugira ahāze ahantu hakubiswe n’ikirura kandi h’umusaka

      No kugira ngo ameze urumerera rw’ivyatsi+?

  • Abaheburayo 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nk’akarorero, ubutaka bunyoye imvura ibugwako kenshi bugaheza bukazana ibimera bigirira akamaro barya nyene baburimirwa+, na bwo buraheza bukaronka umuhezagiro uva ku Mana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika