Itanguriro 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi igikoko c’ikinyeshamba cose, ikiremwa kiguruka cose co mu kirere be n’igifise ubuzima cose kigendagenda kw’isi, ndagihaye ibimera bitoto vyose ngo bikibere indya+.” Biraheza biba kuno. 1 Abami 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.” Yeremiya 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imparage+ zahagaze ku mirambi igaragara; zamotēreye umuyaga nk’imbwebwe; amaso yazo yayamye kubera ata bimera biriho+. Yoweli 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntimugire ubwoba, mwa bikoko vyo mu gahinga+, kuko amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga atazobura gutotahara+. Kuko igiti kizotanga koko ivyamwa vyaco+. Igiti c’umusukoni be n’umuzabibu ntibizobura gutanga inkomezi zavyo+.
30 Kandi igikoko c’ikinyeshamba cose, ikiremwa kiguruka cose co mu kirere be n’igifise ubuzima cose kigendagenda kw’isi, ndagihaye ibimera bitoto vyose ngo bikibere indya+.” Biraheza biba kuno.
5 Maze Ahabu abwira Obadiya ati: “Gendagenda mu gihugu, ku mbizi z’amazi zose no ku myonga yose. Hari aho tworonka ivyatsi bitoto+, kugira ngo tuzigamire ubuzima amafarasi n’inyumpu, ntihagire ibindi bitungwa birandurwa+.”
6 Imparage+ zahagaze ku mirambi igaragara; zamotēreye umuyaga nk’imbwebwe; amaso yazo yayamye kubera ata bimera biriho+.
22 Ntimugire ubwoba, mwa bikoko vyo mu gahinga+, kuko amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga atazobura gutotahara+. Kuko igiti kizotanga koko ivyamwa vyaco+. Igiti c’umusukoni be n’umuzabibu ntibizobura gutanga inkomezi zavyo+.