ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 67:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Isi ubwayo ntizobura gutanga umwimbu wayo+;

      Imana, Imana yacu, izoduhezagira+.

  • Yesaya 51:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko Yehova atazobura guhoza Siyoni+. Ata gukeka azohoza ibibanza vyaho vyose vyatikijwe+, agahinga kaho akagire nka Edeni+, ikiyaya c’ubugaragwa caho na co nk’umurima wa Yehova+. Umwigino n’umunezero ni ho bizosangwa, ugukenguruka n’ijwi ry’agahibongozo+.

  • Ezekiyeli 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Igiti co mu gahinga kizotanga koko ivyamwa vyaco+, n’igihugu gitange umwimbu waco+, kandi zizokwibera ku butaka bwazo mu mutekano+. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninavunagura imitambikwa y’ingǒgo yazo+, nkazirokora mu kuboko kw’abahora bazikoresha nk’abashumba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika