Abalewi 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+. Yeremiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+. Ezekiyeli 30:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 I Tahapanesi+ umurango uzocura umwiza, ninavunayo imitambikwa y’ingǒgo* ya Misiri+. Kandi muri we ubwishime bw’inkomezi ziwe buzozimanganywa vy’ukuri+. Nayo we, ibicu bizomupfuka+, ibisagara bimukukira bijanwe kugirwa imbohe+.
13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+.
20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+.
18 I Tahapanesi+ umurango uzocura umwiza, ninavunayo imitambikwa y’ingǒgo* ya Misiri+. Kandi muri we ubwishime bw’inkomezi ziwe buzozimanganywa vy’ukuri+. Nayo we, ibicu bizomupfuka+, ibisagara bimukukira bijanwe kugirwa imbohe+.