Zaburi 85:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Yehova na we azotanga iciza+,Kandi igihugu cacu kizotanga umwimbu waco+. Ezekiyeli 36:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Emwe, nzogwiza ivyamwa vy’igiti, n’umwimbu w’itongo, kugira ngo mu mahanga ntimwongere kugira iceyi c’ikigoyi+.
30 Emwe, nzogwiza ivyamwa vy’igiti, n’umwimbu w’itongo, kugira ngo mu mahanga ntimwongere kugira iceyi c’ikigoyi+.