35 Kandi abantu ntibazobura kuvuga bati: “Kiriya gihugu cari casizwe ari umusaka gisigaye kimeze nka wa murima wa Edeni+, nayo ibisagara vyari vyabaye igiharabuga, bigasigwa ari umusaka, bigasamburwa, ubu bikingijwe ibihome; bisigaye bibamwo abantu+.”