Yobu 38:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kugira ngo agwishe imvura ku gihugu kitagirako umuntu+,Ku gahinga katagiramwo umuntu yakuwe mw’ivu, Yeremiya 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+. Matayo 5:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+.
26 Kugira ngo agwishe imvura ku gihugu kitagirako umuntu+,Ku gahinga katagiramwo umuntu yakuwe mw’ivu,
22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.
45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+.