ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko Morudekayi Umuyuda yari uwugira kabiri+ ku Mwami Ahasuwerusi akaba n’uwuhambaye mu Bayuda kandi akemerwa na bene wabo benshi; yakora arondera ineza y’igisata ciwe kandi akabwira ivy’amahoro+ uruvyaro rwabo rwose.

  • Daniyeli 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko uwo Daniyeli aguma aheta+ abo bategetsi bakurubakuru be n’abakuru b’intara, kuko impwemu y’akataraboneka yari muri we+; kandi umwami yiyumvira kumushira hejuru y’ubwo bwami bwose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika