Kuvayo 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana uwufata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+. 2 Abami 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima.
7 “Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana uwufata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+.
16 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+. Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo ya Senakeribu, ayo yatumye gucokora+ Imana nzima.