Imigani 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ba inkerebutsi mwananje, unezereze umutima wanje+, kugira ngo nshobore kwishura uwuncokora+. Yesaya 37:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva amajambo yose ya Rabushake+, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira asigaye+.’” Yesaya 37:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+! Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo yose ya Senakeribu+, ayo yatumye gucokora Imana nzima+.
4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva amajambo yose ya Rabushake+, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira asigaye+.’”
17 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+! Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo yose ya Senakeribu+, ayo yatumye gucokora Imana nzima+.