Itanguriro 45:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aho ni ho nzokuronkereza ibifungurwa, kuko hagisigaye imyaka itanu y’ikigoyi+; kugira ngo wewe n’inzu yawe n’ivyawe vyose ntimuje mu bukene.”’ Itanguriro 47:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko batangura kuzanira Yozefu ibitungwa vyabo; Yozefu na we aguma abaha umukate bawukavye amafarasi yabo n’ibitungwa vy’umukuku n’ibitungwa vy’ubusho n’indogobwa+, aguma abaronsa umukate bawukavye ibitungwa vyabo vyose muri uwo mwaka.
11 Aho ni ho nzokuronkereza ibifungurwa, kuko hagisigaye imyaka itanu y’ikigoyi+; kugira ngo wewe n’inzu yawe n’ivyawe vyose ntimuje mu bukene.”’
17 Nuko batangura kuzanira Yozefu ibitungwa vyabo; Yozefu na we aguma abaha umukate bawukavye amafarasi yabo n’ibitungwa vy’umukuku n’ibitungwa vy’ubusho n’indogobwa+, aguma abaronsa umukate bawukavye ibitungwa vyabo vyose muri uwo mwaka.