Itanguriro 47:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yozefu aguma aronsa umukate se wiwe na bene wabo n’urugo rwose rwa se wiwe+, nk’uko igitigiri c’abana batoyi+ kiri. Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+. Ivyakozwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.
12 Yozefu aguma aronsa umukate se wiwe na bene wabo n’urugo rwose rwa se wiwe+, nk’uko igitigiri c’abana batoyi+ kiri.
14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.