Itanguriro 46:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+. Gusubira mu vyagezwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.
27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+.
22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.