Itanguriro 46:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+. Kuvayo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abantu bose bakomotse kuri Yakobo*+ babaye abantu mirongo irindwi, mugabo Yozefu yari asanzwe ari mu Misiri+. Ivyakozwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.
27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+.
5 Abantu bose bakomotse kuri Yakobo*+ babaye abantu mirongo irindwi, mugabo Yozefu yari asanzwe ari mu Misiri+.
14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.