Gusubira mu vyagezwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+. Ivyakozwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.
22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.
14 Nuko Yozefu atumako Yakobo se wiwe n’incuti ziwe zose ngo bave aho hantu+, bakaba bari abantu mirongo irindwi na batanu+.