Itanguriro 47:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko ntihaboneka umukate mu gihugu cose, kuko ikigoyi cari gikaze cane+; igihugu ca Misiri n’igihugu ca Kanani biruhishwa n’ikigoyi+. Gucura intimba 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Urukoba rwacu rusigaye ruturira nk’itanure, kubera imisonga y’inzara+.
13 Nuko ntihaboneka umukate mu gihugu cose, kuko ikigoyi cari gikaze cane+; igihugu ca Misiri n’igihugu ca Kanani biruhishwa n’ikigoyi+.