ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 37:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko Yuda abwira bene wabo ati: “Vyomara iki hamwe twokwica mwene wacu tugapfuka koko amaraso yiwe+?

  • Itanguriro 42:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Mugabo avuga ati: “Umwana wanje ntazomanukana namwe, kuko mwene wabo yapfuye, na we akaba asigaye ari wenyene+. Hamwe isanganya ryica ryomushikira ku nzira mwojana, muzoba mutumye imvi zanje zimanukana intuntu mu kuzimu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika