Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. Kuvayo 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi umuntu niyarungurira mugenziwe gushika aho amwica ku rwenge+, naho yoba ari ku gicaniro canje uze uhamukure kugira apfe+.
10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.
14 Kandi umuntu niyarungurira mugenziwe gushika aho amwica ku rwenge+, naho yoba ari ku gicaniro canje uze uhamukure kugira apfe+.