Itanguriro 27:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 gushika ishavu rya mwene wanyu rivuye kuri wewe kandi yibagiye ivyo wamukoreye+. Nanje sinzobura gutuma kugukurayo. Kubera iki mwempi nobaburira umusi umwe?” Itanguriro 42:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yakobo se aca ababwira ati: “Murampekuye+! Yozefu ntakiriho, na Simeyoni ntakiriho+, na Benyamini na we mugira mutware! Ivyo bintu vyose biranjeko!”
45 gushika ishavu rya mwene wanyu rivuye kuri wewe kandi yibagiye ivyo wamukoreye+. Nanje sinzobura gutuma kugukurayo. Kubera iki mwempi nobaburira umusi umwe?”
36 Yakobo se aca ababwira ati: “Murampekuye+! Yozefu ntakiriho, na Simeyoni ntakiriho+, na Benyamini na we mugira mutware! Ivyo bintu vyose biranjeko!”