Itanguriro 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aburahamu aca yiruka mu busho, afata ikimasa coroshe kandi ciza, agiha umusuku, anyaruka kugitegura+. Imigani 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bwaringanije ivy’ukubaga inyama zabwo; bwavanze umuvinyu wabwo; ikigeretseko, bwatunganije imeza yabwo+.
7 Aburahamu aca yiruka mu busho, afata ikimasa coroshe kandi ciza, agiha umusuku, anyaruka kugitegura+.
2 Bwaringanije ivy’ukubaga inyama zabwo; bwavanze umuvinyu wabwo; ikigeretseko, bwatunganije imeza yabwo+.