Itanguriro 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’ Itanguriro 42:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Batangura kubwirana bati: “Ni ukuri turi n’ikitwagira ku bijanye na mwene wacu+, kuko twabonye amarushwa yiwe igihe yatakamba asaba ngo tumwumvire impuhwe, ariko ntitwumvirize. Ni co gituma aya marushwa adushikiye+.”
11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’
21 Batangura kubwirana bati: “Ni ukuri turi n’ikitwagira ku bijanye na mwene wacu+, kuko twabonye amarushwa yiwe igihe yatakamba asaba ngo tumwumvire impuhwe, ariko ntitwumvirize. Ni co gituma aya marushwa adushikiye+.”