Itanguriro 45:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bamumenyesha bati: “Yozefu aracariho, kandi ni we aganza igihugu cose ca Misiri+!” Mugabo umutima wiwe uratimba, kuko atemera ivyo bavuga+. Ivyakozwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+. 1 Yohani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyongeye, ubwacu twarabonye+ tukaba kandi turiko turashinga intahe+ yuko Data yatumye Umwana wiwe ngo abe Umukiza w’isi+.
26 Bamumenyesha bati: “Yozefu aracariho, kandi ni we aganza igihugu cose ca Misiri+!” Mugabo umutima wiwe uratimba, kuko atemera ivyo bavuga+.
10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+.
14 Vyongeye, ubwacu twarabonye+ tukaba kandi turiko turashinga intahe+ yuko Data yatumye Umwana wiwe ngo abe Umukiza w’isi+.