ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Ni wewe uzogaba inzu yanje+, kandi abantu banje bose bazokugamburukira baherezeko+. Ku bijanye n’intebe y’ubwami gusa ni ho nzokuruta+.”

  • Itanguriro 41:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Farawo yongera kubwira Yozefu ati: “Raba, ndagushinze kugaba igihugu cose ca Misiri+.”

  • Itanguriro 41:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Yozefu yari afise imyaka mirongo itatu+ igihe yahagarara imbere ya Farawo umwami wa Misiri.

      Nuko Yozefu arasohoka avuye imbere ya Farawo, agendagenda mu gihugu cose ca Misiri.

  • Zaburi 105:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Amugira shebuja w’urugo rwiwe+

      N’umutware aganza ivyiwe vyose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika