ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose.

  • 2 Samweli 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Dawidi yari afise imyaka mirongo itatu igihe yaba umwami. Amara imyaka mirongo ine+ aganza.

  • Luka 3:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ikigeretseko, Yezu ubwiwe, igihe yatangura igikorwa ciwe+, yari afise imyaka nka mirongo itatu+, kandi nk’uko ico gihe vyiyumvirwa akaba yari

      mwene+ Yozefu+,

      Yozefu mwene Heli,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika