Matayo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yakobo avyara Yozefu umugabo wa Mariya umwe yavyara Yezu+, uwitwa Kristu+. Luka 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+. Luka 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bose batangura kumushingira intahe nziza no gutangazwa n’amajambo y’igikundiro+ ava mu kanwa kiwe, bakavuga bati: “None uyu si umuhungu wa Yozefu+?” Yohani 6:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 batangura kuvuga+ bati: “Uyu si Yezu mwene Yozefu+, umwe tuzi se na nyina? Bishoboka bite ngo ubu avuge ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?”
35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+.
22 Bose batangura kumushingira intahe nziza no gutangazwa n’amajambo y’igikundiro+ ava mu kanwa kiwe, bakavuga bati: “None uyu si umuhungu wa Yozefu+?”
42 batangura kuvuga+ bati: “Uyu si Yezu mwene Yozefu+, umwe tuzi se na nyina? Bishoboka bite ngo ubu avuge ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?”