Matayo 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze abari mu bwato bikubita imbere yiwe, bavuga bati: “Uri Umwana w’Imana vy’ukuri+.” Yohani 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nanje narabibonye, kandi narashinze intahe yuko uwo ari we Mwana w’Imana+.” Yohani 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe. Abaroma 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mugabo ku bubasha+ akaba yiswe Umwana w’Imana+ hisunzwe impwemu+ y’ubweranda biciye ku kuzuka mu bapfuye+—egome, Yezu Kristu Umukama wacu,
31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe.
4 mugabo ku bubasha+ akaba yiswe Umwana w’Imana+ hisunzwe impwemu+ y’ubweranda biciye ku kuzuka mu bapfuye+—egome, Yezu Kristu Umukama wacu,