3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+.
22 Bose batangura kumushingira intahe nziza no gutangazwa n’amajambo y’igikundiro+ ava mu kanwa kiwe, bakavuga bati: “None uyu si umuhungu wa Yozefu+?”