23 Ikigeretseko, Yezu ubwiwe, igihe yatangura igikorwa ciwe+, yari afise imyaka nka mirongo itatu+, kandi nk’uko ico gihe vyiyumvirwa akaba yari
mwene+ Yozefu+,
Yozefu mwene Heli,
-
Luka 4:22
Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Bose batangura kumushingira intahe nziza no gutangazwa n’amajambo y’igikundiro+ ava mu kanwa kiwe, bakavuga bati: “None uyu si umuhungu wa Yozefu+?”