ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha?

  • Mariko 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hageze kw’isabato, atangura kwigisha mw’isinagogi; maze benshi mu bariko baramwumviriza barajorerwa, bavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ibi bintu+? Kandi kubera iki yoba yahawe ubwo bukerebutsi, n’ibikorwa vy’ububasha mwene ivyo bigakorwa biciye ku maboko yiwe?

  • Yohani 6:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 batangura kuvuga+ bati: “Uyu si Yezu mwene Yozefu+, umwe tuzi se na nyina? Bishoboka bite ngo ubu avuge ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika