Matayo 13:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha? Yohani 6:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 batangura kuvuga+ bati: “Uyu si Yezu mwene Yozefu+, umwe tuzi se na nyina? Bishoboka bite ngo ubu avuge ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?” Yohani 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abayuda baratangara rero, bavuga bati: “Uyu muntu yamenye gute ivy’indome+, kandi atize mu mashure+?”
54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha?
42 batangura kuvuga+ bati: “Uyu si Yezu mwene Yozefu+, umwe tuzi se na nyina? Bishoboka bite ngo ubu avuge ngo: ‘Namanutse mva mw’ijuru’?”
15 Abayuda baratangara rero, bavuga bati: “Uyu muntu yamenye gute ivy’indome+, kandi atize mu mashure+?”