ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 45:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.

      Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.

      Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yesaya 50:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+.

  • Abanyefeso 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo ijambo ryose ryiza ryo kwubaka uko bikenewe, kugira ngo rihe ivyiza abaryumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika