Matayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyinjira mu kanwa si vyo bihumanya umuntu; mugabo ibiva mu kanwa k’umuntu ni vyo bimuhumanya+.” Yakobo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu kanwa kamwe havamwo umuhezagiro n’umuvumo. Ntibibereye, bene wacu, ko ivyo bintu bibandanya kuba gutyo+.
10 Mu kanwa kamwe havamwo umuhezagiro n’umuvumo. Ntibibereye, bene wacu, ko ivyo bintu bibandanya kuba gutyo+.