ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 12:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.

  • Mariko 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nta kintu na kimwe kiva hanze y’umuntu cinjira muri we gishobora kumuhumanya; mugabo ibisohoka bivuye mu muntu ni vyo bihumanya umuntu+.”

  • Abanyefeso 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo ijambo ryose ryiza ryo kwubaka uko bikenewe, kugira ngo rihe ivyiza abaryumva+.

  • 1 Timoteyo 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nakare, ikintu cose Imana yaremye ni ciza+, kandi nta co gutabwa+ iyo cakiranywe ugukenguruka+,

  • Yakobo 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Erega, ururimi ni umuriro+. Ururimi rugize ukutagororoka kungana isi mu bihimba vyacu, kuko rutosekaza umubiri+ wose rukadomeka ikurudumu y’ubuzima bwo kw’isi, na rwo rukadomekwa na Gehena.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika