Matayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyinjira mu kanwa si vyo bihumanya umuntu; mugabo ibiva mu kanwa k’umuntu ni vyo bimuhumanya+.”