Itanguriro 43:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko aguma atuma barungikirwa imigabane ivuye imbere yiwe, mugabo akongereza umugabane wa Benyamini incuro zitanu kuruta uko imigabane y’abandi bose ingana+. Babandanya kwihereza inzimano no kunywa bari kumwe na we, barahaga+.
34 Nuko aguma atuma barungikirwa imigabane ivuye imbere yiwe, mugabo akongereza umugabane wa Benyamini incuro zitanu kuruta uko imigabane y’abandi bose ingana+. Babandanya kwihereza inzimano no kunywa bari kumwe na we, barahaga+.