Abacamanza 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko se wiwe abandanya kumanuka aja kuri wa mukobwa, maze Samusoni atereka inzimano ng’aho+; kuko ukwo ari ko imisore yakunda kugira. Yobu 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abahungu biwe baragenda bagatereka inzimano+ ku nzu y’umwumwe wese ku musi wiwe, maze bagatumira bashiki babo batatu ngo barye bongere banywe bari kumwe na bo.
10 Nuko se wiwe abandanya kumanuka aja kuri wa mukobwa, maze Samusoni atereka inzimano ng’aho+; kuko ukwo ari ko imisore yakunda kugira.
4 Abahungu biwe baragenda bagatereka inzimano+ ku nzu y’umwumwe wese ku musi wiwe, maze bagatumira bashiki babo batatu ngo barye bongere banywe bari kumwe na bo.