Itanguriro 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Labani akoranya abagabo bose b’aho hantu, atereka inzimano+. Matayo 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yongera atuma abandi bashumba+, avuga ati: ‘Mubwire abatumiwe muti: “Ehe nateguye imfungurwa zanje zo ku mutaga+, amashūri yanje n’ibitungwa vyadoheshejwe vyabazwe, kandi ibintu vyose birateguwe. Nimuze ku nzimano y’ubugeni+.”’
4 Yongera atuma abandi bashumba+, avuga ati: ‘Mubwire abatumiwe muti: “Ehe nateguye imfungurwa zanje zo ku mutaga+, amashūri yanje n’ibitungwa vyadoheshejwe vyabazwe, kandi ibintu vyose birateguwe. Nimuze ku nzimano y’ubugeni+.”’