ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko se wiwe abandanya kumanuka aja kuri wa mukobwa, maze Samusoni atereka inzimano ng’aho+; kuko ukwo ari ko imisore yakunda kugira.

  • Matayo 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umuntu, umwami, yatunganirije umuhungu wiwe inzimano y’ubugeni+.

  • Ivyahishuwe 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika