Itanguriro 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Labani akoranya abagabo bose b’aho hantu, atereka inzimano+. Matayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezu aca ababwira ati: “None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Mugabo hazoza imisi aho umukwe azokurwa+ muri bo, ni ho rero bazoheza bakisonzesha+. Ivyahishuwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”
15 Yezu aca ababwira ati: “None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Mugabo hazoza imisi aho umukwe azokurwa+ muri bo, ni ho rero bazoheza bakisonzesha+.
9 Kandi ambwira ati: “Andika: Hahiriwe abatumiwe+ ku mfungurwa zo ku mugoroba z’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.” Vyongeye, ambwira ati: “Ayo ni yo majambo y’ukuri y’Imana+.”