Matayo 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umuntu, umwami, yatunganirije umuhungu wiwe inzimano y’ubugeni+. Mariko 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu na we ababwira ati: “None igihe umukwe akiri kumwe n’abagenzi biwe, boshobora kwisonzesha+? Umwanya bakiri kumwe n’umukwe ntibashobora kwisonzesha+. Luka 5:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu ababwira ati: “Mbega mwoshobora gusaba abagenzi b’umukwe kwisonzesha kandi umukwe akiri kumwe na bo+? Yohani 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+. Ivyahishuwe 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.
19 Yezu na we ababwira ati: “None igihe umukwe akiri kumwe n’abagenzi biwe, boshobora kwisonzesha+? Umwanya bakiri kumwe n’umukwe ntibashobora kwisonzesha+.
34 Yezu ababwira ati: “Mbega mwoshobora gusaba abagenzi b’umukwe kwisonzesha kandi umukwe akiri kumwe na bo+?
29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+.
2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+.