ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yezu aca ababwira ati: “None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Mugabo hazoza imisi aho umukwe azokurwa+ muri bo, ni ho rero bazoheza bakisonzesha+.

  • Mariko 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yezu na we ababwira ati: “None igihe umukwe akiri kumwe n’abagenzi biwe, boshobora kwisonzesha+? Umwanya bakiri kumwe n’umukwe ntibashobora kwisonzesha+.

  • Yohani 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika