Matayo 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umuntu, umwami, yatunganirije umuhungu wiwe inzimano y’ubugeni+. 2 Abakorinto 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+. Abanyefeso 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+, Ivyahishuwe 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze haza umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, avugana nanje ati: “Ingo hano, nkwereke umugeni, ari we mugore wa wa Mwagazi w’intama+.”
2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.
9 Maze haza umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, avugana nanje ati: “Ingo hano, nkwereke umugeni, ari we mugore wa wa Mwagazi w’intama+.”